Mu kiganiro c'imbonekarimwe mw'itangazamakuru, umuvugabutumwa Chris Ndikumana wifashisha cane Internet yayaze na BBC Gahuzamiryango. Ndikumana avuga ko yahishuriwe ko azokora uwo murimo mu 1996 biciye ...